Lolilo,T-max,loliane na White-zo babateguriye igiteramo muri Congo.

0

Umuririmvyi Lolilo afadikanije na bangezi be T-max,Loliane hamwe na Mr champagne babateguriye igiteramo cagakura kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 15/8/2015 muri congo ahitwa i buvira nkuko Lolilo yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru canyu ubmnews mu kiganiro twagiranye nawe kuruno munsi igenekerezo rya 13/8/2015.
lililo
Lolilo akaba yatumenyesheje ko biteguriye cane ico giteramo bagiye gukorera mu gihugu ca Congo ahitwa i macroscopie.
show
Muri ico giteramo kazoba ari nakaryo ko kugurisha ireresi yiwe nshasha aherutse gukina yitwa The hostage.