Lolilo yoba yarakiriwe n’ abanywanyi batarenga 20 mu giteramo yakoreye mu Rumonge

0

Abantu amajana nibo bitabiye igiteramo ca Lolilo yise Makwerekwere Concert yakoreye mu ntara ya Rumonge.

Nkuko vyaje kuvurwa na bamwe yuko uyo muririmvyi Lolilo yoba yarabuze abantu bitabira ico giteramo yakoreye aho bita kwa Mwami mu ntara ya Rumonge kumbure bikananurwanurwa y’ uko hoba haraje abantu batarenga 20.

IMG-20150803-WA0011

Igihangange mu muziki ndundi Lolilo aranyomoza ivyo bihuha, akaba yamenyeshehe y’ uko yitabiwe n’ isinzi ry’ abantu kandi bamweretse urukundo rudasanzwe.

IMG-20150803-WA0007

Mu makuru tuvana kubari bahishikiye bavuga yuko ico giteramo citabiwe n’ abatari bake kandi ngo mu Rumonge bagikunda uyo muririmvyi kubera yuko yabaryoheye bidasanzwe eka n’ ubu ngo araca baryohera.

IMG-20150803-WA0006