Lolilo yagize icavuga kwi kete Sat-B aherutse Kumwandikira

0

Bizimana Aboubackar Karoum azwi nka Sat-B aherutse kwandikira ikete mugenzi we basanzwe basangiye umwuga wo kuririmba ariwe Niyonzima Nassor Saloum azwi nka Lolilo,muri iryo kete umuririmvyi Sat-B yanditse anegura inyifato ya mukuru  we mu muziki ariwe Lolilo

lolilo

Nyuma yo kubona iryo kete umuririmvyi Lolilo ari nawe barirungikiye yagize ico avuga kuriryo kete mugenzi we Sat-B yamwandikiye,Lolilo akaba yabwiye ikinyamakaru canyu Ubmnews.com ko ikete yaribonye, ariko akavuga ko hagati ya we na Sat-B ata beff izokwigera ihaba  kuko ica 1 ngo basanzwe batangana niveau,ica 2 ngo asanzwe amukuriye mu muziki nico gituma ata Beef izokwigera ihaba hagati ya Lolilo na Sat-B.

Mbega mwebwe nkabakunzi b’umuziki w’uburundi mubona hari hakwiye ko ama Beef agaruka muravye aho umuziki w’uburundi ugeze?