Nyakubahwa President,Igisasu caguye mu Rugombo ntimugifate minenerwe kuko ushobora Kuba ari umukenyuro wundi wumwansi muhanganye!!

Biriya bishobora kubandanya akenshi gashoboka kugira mushire umutima n’Inguvu k’uruhande rumwe kumbe umwansi ariko aca kurundi ruhande afate Uvira! Gashobora kubaba ari agahuvyo!!
Rero Nyakubahwa, Igisirikare gikanure cane,Iperereza rikore neza,mubihe nkivyo hakenerwa cane Iperereza, kugira umutekano w’Igihugu ntutosekare! Hagasubira kurwa Iyindi Bombe k’Ubutaka bw’Uburundi ndabasabe iyindi Bombe tuyumve yaguye mu Rwanda kibe Igitsindo kimwe kukindi, iryinyo kurindi!! M23 ntibaho,hari M23 mwabonye I Washington gusinya Amasezerano yo guhagarika Intamabara muri Congo!?habaho RDF(Rwanda Defence Force) Uwo niwe muhanganye nawe Kamanyola! Mwige neza kucatumye bashaka kuja kumupaka wa Congo n’Uburundi, uru rushobora kuba ari urwenge canke uwundi mukenyuro ugira kabiri, Kuko uwambere wabapfanye!!!
Burya imikenyuro hizwe myinshi cane kugira Uvira ifatwe! Kandi umuriro uzimishwa uwundi





Recent Comments