UBM News ads

Leta ntizi aho izokura imiliyaridi 700 izokoresha

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Irashobora kuba ari isanamu izoranga umwaka wose ku gihugu c’uburundi. Hari mu mwanya sacenda y’ijoro inama nshingamateka ihejeje kwemeza amahera azokoreshwa na leta.

Imiliyaridi 7,000 zirenga gato niyo leta izokoresha ariko ikaba itegekanya kwinjiza imiliyaridi hafi 6,300 . None ico Gihengeri c’imiliyaridi 700 kizozibigwa n’iki? Aha amakori Ku bitari bike yaduze. Leta yemanga neza ko abarundi bazoronka akarusho , abandi bati inyungu ni Ku mutegetsi gusumba umwenegihugu

Muri make Leta ntizi aho izokura imiliyaridi 700 izokoresha , Abarundi mwitege kudugirizwako amakori y’umurengera ! Lumitel yo ngo iza yatanguye.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments