Leonard Niyomwungere hamwe na Mt Number One ivyo bavuze bikomejwe gushigikirwa n’abantu benshi ” Raba hano nawe !

0

Abaririmvyi babiri bivyamamare indirimbo bakora zikundwa n’abantu benshi ” Leonard Niyomwungere hamwe na Mt Number One , bagize ico babivugako kuvyerekeye ” LIKES ” hamwe na ”Comment ” zo kuri Facebook aho ivyo bavuze ari ukuri nubwo benshi badakunze kubivuga ariko bo baduduriyeko barabivuga ndetse baca babicisha no kumbuga zabo nkoranyabuhanga.

leonard

Uwambere yatanguye kugira ico abivugako ni umuririmvyi Leonard Niyomwungere aho yavuze ko karya kantu ” LIKES ” ko kuri facebook gakomeye cane bityo kugatanga birafasha guteza imbere umuririmvyi.

Willy Leonard Niyomwungere yagize ati : Bagenzi nashaka ndabahe umuco kwijambo «like» « canke « j’aime» rya Facebook .Karya kantu «Like »karakomeye kuvyerekeye aba artiste. Like nikintu gikomeye cane kuko aba bafasha umu artiste gutera imbere (producteur bategura ibiteramo ) muri kino gihe abaririnvyi babaye benshi kugira bamenye ko uzwi ntibagisaba ama Cv aho wagiye uraririmba canke ama Cd ,baja cane cane kurubuga gwawe gwa facebook,youtube… bakaraba igitigiri cabagenzi canke aba fans ufise bakaca baraba nigitigiri cabagukundira canke abagushirirako likes murabo bagenzi .Nivyiza hamwe bosanga ufise abagenzi 10 na like 8 gusumba aho bosanga ufise abagenzi5000 na like 200

mt number one

Kubera nipfuza gutera imbere namaze gutangura gukuramwo abo boooose ata like canke commentaire bigeze banshirira kuvyo nandika. Kutankundira ivyo nandika canke ivyo ndirimba nuburenganzira bwumuntu wese ariko naje gufuta uwo atabikunda nkagumana abankundira nuburenganzira bwanje muntahure sukubanka .Nkaba namaze gutangura gufuta ntaravye ngo uyu numu star, numumenyeshamakuru, dupfana iki dusangiye biriya tuva hamwe.Nvugishije ukuri ndazi aba artistes ntavuze amazina bankiwe kwinjira muri Canada kuremesha ibiteramo kubera baravye pages zabo za facebook,youtube …. bagasanga abantu zero bemera ibikogwa vyabo canke ivyo baririmba aho baciye babona ko ata popularité bafise mubiwabo canke mubihugu bavamwo cane cane bakwirikije imico yabazungu kuko umuzungu agukunze canke agukundiye arabikubwira yakwanka canke akwankiye ukabibona .Sinvuze ko arico immigration yisunga ariko nako nakantu gashobora kukuzibirira amayira mugihe utari nka Kidumu Jean Pierre yamaze kumenyekana kwisi yose .Erega na Immigration iratereza akajisho kuri facebook ,youtube….!,nkubu nvuze nti nshaka nzane Sat B ,Spok’s anke Ashley guteramisha abarundi baba muri Canada ntakibuza ko baraba imbuga zabo kugira bemeze ko bari populaire i Burundi kugira sindabacemwo ngo nzane bene wacu mbeshe ngo naba star.
J’aimeJ’aime · · Partager

Mt Number one nawe yagize ati : Muntu wese utigera utanga like ku ifoto dupostinga canke status yacu ariko ugahindukira ngo ukunda indirimbo zacu aho uba ushatse kuvuga iki? Abarundi tuzokwama inyuma yibindi bihugu kuko ntidushaka gutanga support. nfise abagenzi bashika nka 2000 ariko support itangwa nabatarenze 50 none abandi bo bamaze iki? Merci kuri mwebwe mwese mudushigikiye naho abasigaye muri ingwiza murongo