Lady Grace: Vuba ngiye gushira ahabona indirimbo zibiri

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Grace Mugisha azwi nka lady grace agiye gushira ahabona indirimbo zibiri nkuko yashoboye kuvyiganira ikinyamakuru canyu ubmnews mu kiganiro twagiranye nawe kuruyu w’Imana igenekerezo rya 22/11/2015.
grace
Lady Grace ati:abakunzi b’umuziki w’uburundi na cane cane abakunzi banje bitege indirimbo zibiri ngiye gushira ahabona vuba,indirimbo nakoreye kwa kollly the magic.
mugisha
Twobamenyeshako izo ndirimbo lady grace azoshira ahabona zizoba zije gusubirira indirimbo yiwe yakunzwe cane,indirimbo Ntawukuruta.