Kuva kumusi w’ejo, Abantu bashika kw’ 157 bari mumyiyerekano nibo bamaze gufungwa.

0

Amakuru yihuta adushikiriye kano kanya kuri UBM News, yemeza neza ko abantu 157 bariko baragira imyiyerekano ko aribo bahagaritswe kuva ku musi w’ejo n’igipolisi.

6423186-3x2-700x467

Kugeza ubu abo bantu bakaba bapfungiwe kw’ibohero rya BCR, nkuko bihejejwe gushikirizwa n’umuyobozi w’igipolisi Andre Ndayambaje.

UBM News tubibutse ko ibintu bitifashe neza nagato mu Burundi kuko ngubu ngo hoba har’abarwanyi bo mu muhari FDLR Interahamwe bamaze kwinjira mu guhugu cu Burundi