Kubiriko birabera mu Burundi, Big fizzo yagize ico abivugako ” Raba hano ibintu bidasanzwe yavuze !

0

Umuririmvyi rurangiranwa akunzwe cane mu gihugu cu Burundi ” Big Fariouz ” nubwo we kugeza ubu ari mu gihugu c’ubufaransa ariko aratewe umutima uhagaze n’ibiriko birabera mu Burundi.

Big Fizzo

kubiriko biraba, uno muririmvyi biramutangaza cane ndetse bikaba biboneka ko afise ubwoba kuvyohava bishika mu Burundi, ikindi naco nuko asaba Imana ko yogarukira u Burundi muri kino gihe , ndetse kubwiwe akaba yizera ko ejo ari heza ibintu bizoteba bigahinduka.

UBM News tubibutse ko Big Fizzo ari mu gihugu cubufaransa, kuvyerekeye kugaruka mu gihugu ciwe c’amavuko, amakuru yizewe dufise kandi yemezwa na Fariouz we avuga ko adashobora kugaruka mu Burundi muri kino gihe, ariko nkinyuma y’amatora niho ngwazoca agaruka.