Impunzi z’abarundi ziri mu Rwanda ngo ntizirota zigaruka mu Burundi.

0

Abo twayaze bakiri ngaha mu Gihugu batubwiyeko benshi bahunga kumvo z’umutekano muke uri mu Gihugu ngo benshi baraterwa ubwo n’imbonerakure zisanzwe ziba mumicungararo yaho baba ko mw’ijoro bababuza amahoro.

ref20h0

Tugeza mw’ikambi yomu RWANDA isanzwe y’uzuyemwo impunzi zitarinke z’Abarundi benshi muribo batubwiyeko bahunze umutekano muke urangwa mu Gihugu c’Uburundi, nkabose batubwiye y’uko bahunze bivuye kuterabwoba baterwa n’imbonerakure zisanzwe ari urwaruka rw’Umugambwe uri kubutegetsi.

regyy

hhuy

Tubabajije ko umutekano ubonetse i Burundi kobashobora kugaruka mu Gihugu camavuka batwishuyeko ivyo batavyerekwa n’agato ngo kuko umugambwe wa CNDD-FDD ukiri kuntebe ntibabona ko mu Burundi hazokwigera harangwayo umutekano ukwiye ngo umwene Gihugu asubira kwibera mumutekano ntangere.

Muminsi iza tuzobashikiriza ubuzima bw’impunzi z’Abarundi uko zibayeho mu gihugu cu RWANDA.