Kubera ibiriko buraba i Burundi Ubudagi ngo bugiye gufatira ibuhano abategetsi b’Uburundi

0

800px-German_Flag_Wavy.svg

Ubudagi nabwo bugiye guhamvya ibindi bihugu mu gufatira ibihano Abategetsi b’uburundi ngo kubera ibiriko buraba I Burundi. Ivyo vyadhikirijwe n’umunyamabanga mukuru w’ico gihugu aho yari mu bubirigi.

Ubwo butegetsi bwa Berlin bumenyesha ko naho buzofata ibihano ibizogenda ziraba abanyagihugu bitazifatwa kugira abanyagihugu nibazire urwanko rwabanyina.

 

Ikinyamakuru IGL kimenyesha ko hataramenyekana ibice bizofatitwa ibihano n’ico gihugu na riry

a kiri mu bihugu bitatu vyambere bifasha cane Uburundi.
Mwomenya ko ritari irya mbere ico gihugu kimenyesha ko kizofata ingingo Ku biriko birabera I Burundi.