Kizunguzungu by Akes Don ft Happy Famba (Official Video)

0

Umuririmvyi rurangiranwa w’umurundi asigaye akunzwe cane m’umuziki ndundi ” Akes Don, yashize ahabona amashusho akozwe muburyo budasanzwe bw’indirimbo yiwe izwi kw’Izina rya Kizunguzungu, iyo ndirimbo akabaa yayikoranye n’umuririmvyi mugenzi we Happy Famba.