King Moses mu migambi yo kumenyekana cane mu Burundi

0

Umuririmvyi w’ umurundi king moses asanzwe akorera ibikorwa vyiwe muri Reta zunzubumwe za Amerika aramenyesha ko uyu mwaka azokora kuruta uko yahora akora

Aganira n’ ikinyamakuru cacu ubmnews,king moses akaba yamenyesheje ko uyu mwaka ategerezwa gushiramwo inguvu ziwe zose,kandi ko abantu bazoshobora gukunda ibikorwa vyiwe cane kuko ivyo ariko arategura ari ibintu bidasanzwe.

Tworangiza tubamenyesha ko king moses asanzwe ari umwe mubaririmvyi b’ abarundi bariko bakora vyiza cane