Umwe mu baririmvyi bibihangange bamaze gutuma uburundi bumenyekana mu makungu kubera umuziki akora ( Kidum ) , nawe ubwiwe yagize ico avuga ku kinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera muri Leta zunze ubumwe za America, we mu majambo ubwiwe yivugiye, yemeje neza ko UBM News ari iyambere koko ndetse anagiraho asabira imigisha kino kinyamakuru.
Ivyo rero uno muririmvyi akomeye cane muri Africa, yabivuze abicishije kubuhinga bwa Facebook, aho yasabiye kino kinyamakuru ko cokomera kumuheto ndetse anagiraho agisabira ku Mana ko yogiha imigisha kugirango kibandanye gitera imbere.
Kidum yagize ati : UBM News the number one news agency imana ibahe umugisha, komera kumuheto
Recent Comments