Ibintu bikorwa n’abana b’abantu rimwe na rimwe biratangaje ndetse hari nivyo wo kwunva ukibaza ko babesha, niwiyunvire nawe umugabo afise imyaka 47 kwubahuka agafata kunguvu umwana wumukobwa wimyaka 6 ?
Ubucamanza bwo muri Kenya bwaciriye uno mugabo gufungwa ubuzima bwiwe bwose, ndetse ibi bikaba bizobera icirwa n’abandi bagabo bafise akageso nkako.
Recent Comments