Kebby Boy mu bihe vyiza n’umukunzi wiwe

0

Umuririmvyi w’ umurundi kebby boy asanzwe akorera mu gihugu ca tanzania abandanya agaragaza urukundo afitiye umukunzi wiwe nkuko abandanya avyerekana kumashusho canke kumasanamu abandanya ashira ku rubuga rwiwe ngurukanabumenyi rwa facebook
kebby
Raba hano ino sanamu: