Kay Game buca afata urugendo yerekeza Mozambique

0

Niyikiza Kevin azwi kw’izina ry’uburirimvyi nka Kay Game buca afata urugendo yerekeza mu gihugu ca Mozambique aho azoba agiye kubandanya umuziki wiwe nkuko uyo muririmvyi yaraye abishikirije ikinyamakuru canyu ubmnews
kay game
Kay Game ati:ngiye kuja mu gihugu ca Mozambique aho nzoba ngiye gukora umuziki wanje kugira ndabe ko nnanje noshika ku gwego rwo hejuru.
Tumubajije ko yamaze kuronka ibikenewe vyose kugira ashobore kwertekeza muri ico gihugu,kay game akaba yatwishuye ati:ibikenewe vyose narabironse,urupapuro rw’inzira naramaze kururonka hasigaye gusa ko mfata urugendo.
passport kay game
Ikinyamakuru ubmnews kikaba cifurije urugendo rwiza kay game kinamusabira kuroranigwa muvyo agiye gukora.