Kaneza Lynca Amanda niwe yatahukanye ikibanza ca mbere muri Rwanda’s Top Model 2015

0

Umwigeme afise se w’umunyarwanda na nyina w’umurundikazi Kaneza Lynca Amanda niwe yatahukanye ihiganwa Rwanda’s Top Model 2015,ihiganwa ryabereye mu gihugu c’urwanda.
Lynca1
Ku ncuro yiwe ya mbere Tecno Kigali Fashion Week itegura igikorwa co gutoranya umunyamideli arusha abandi mu kumurika imideri mu Rwanda,Kaneza Linca Amanda niwe yaje kurusha abandi bose , maze ahabwa ikibanza ca mbere mw’ihiganwa rya Rwanda’s Super model 2015.
lyanca wow
Lynca akaba yarashoboye kugaragaza ivyishimo nyuma yi gutorwa bikaba vyaranse ko yihangana aca akorora amosozi.
Lynca2-400x255
Raba uko ivyo birori vyagenze:
lynca3 ibirori ibirori2 ibirori3 ibirori4