Monday, September 26, 2022
HomeNewsKamenge : Umutekano ubandanya guhungabana

Kamenge : Umutekano ubandanya guhungabana

Inyuma y’amagerenade abiri yatewe mu ndwi iheze mu minsi itandukanye muri zone ya Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, uwundi muntu umwe yishwe arashwe n’abagizi ba nabi bataramenyekana.

Uwo yagandaguwe yakora ku miduga runguruza abantu ku gituro c’aho bita kuri « Gare du Nord ».

Amakuru ava aho mu Kamenge avuga ko yarashwe n’abantu bitwaje inkoho batamenyekanye.

Uwundi mwana yari hafi y’ahabereye ubwo bwicanyi yakomerekejwe n’amasasu yarashwe n’abo bantu, akaba ariko avuirwa ku bitaro.

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...