Nitwa Abdallah Nitereka, ariko benshi banyita A.B, mba muri Louisville, KY. Nagomba ko mwonfasha kumenyesha ibikorwa vyacu hano muri Kentucky vyuburirimvyi bwindirimbo zimana., mfise ubushobozi bwo kuvuza ivyombo kandi benshi mubagenzi banje turagerageza, kandi nkabana nubushobozi bwo gukora indirimbo za audio za majwi atari ama video nubwo tukiriko turiga tuzabishobora.
Unviriza ururimbo rwiwe yise ” Kama majaribu ni mengi ” runo ruririmbo rumeze neza pe , ubwo abakunzi bakunda indirimbo z’Imana mwitege ibikorwa vyinshi vyiza biva kuruno muririnvyi.
Recent Comments