KALUME FLORENCE ABANDANYA AVYITWARAMWO NEZA MU MIKINO YA ZONE 5.

0

Umukinyi w’umurundikazi akina urukino rw’umupira w’amaboko{Basket ball} ariwe KARUME Floence abandanya avyifatamwo neza mu nkino za zone 5 aho umugwi asanzwe akinamwo wa BERCO STARS ubandanya witsindira inkino zayo uyo mukinyi nawe akabandanya kuwutsindira amanota atri make.
florence
karume florence aganira nimwe mw’isamirizi yo mu RWANDA barashoboye kumubaza ingene yiyumva kubona abandanya avyifatamwo neza mri iryo higanwa rya Zone 5,KARUME akaba yavuze ko kubwiwe bimushimisha kuko akora cane kugira avyifatemwo neza mu kibuga.
karume
Tworangiza tubamenyesha ko KARUME Florence ariwe amaze kwinjiriza amanota menshi umugwi wa BERCO STARS muri iryo higanwa