JAY FIRE NGO NTIYARI YAHUNZE AHUBWO YARI MU BIKORWA VY’UMUZIKI.

0

Umuririmvyi w’umurundi RUYUKU Philippe azwi nka Jay Fire ngo ntiyari yahunze cokimwe n’abandi baririmvyi bari mu Rwanda muri kino gihe ahubwo ngo yari mu rugendo rw’akazi ivyo akaba yabivugiye mu kiganiro yaraye agize kw’isamirizi Colombe fm hamwe n’umumenyeshamakuru Judie Caelle.
jay fire
Jay Fire ati:abantu benshi baguma bambwira ko nahunze ariko nobabwirako nari mu rugendo rw’akazi nikimenyamenya n’indirimbo nakoreye mu gihugu c’ubuganda,indirimbo yitwa SHOW ME LOVE.
ruyuku
Tworangiza tubamneyesha ko Jay Fire afise igiteramo kuruyu wa mungu igenekerezo rya 18/10/2015 kuri 5/5 mu bwiza.