JAY FIRE AHERUTSE GUKORAN’ INDIRIMBO N’UMURIRIMVYI AKOMEYE MURI AFRICA.

0

Umuririmvyi w’umurundi RUYUKU azwi kw’izina rya JAY FIRE aherutse gukora indirimbo n’umuriririmvyi akomeye muri Africa nkuko yabimenyesheje ikinyamakuru canyu ubmnews.com mu kiganiro twagiranye nawe tumusanze aho asanzwe aba muri zone ya bwiza,commune Mukaza.

JAY

Jay ire ati mperutse gukora indirimbo n’umuririmvyi akomeye hano muri Africa ariko sinshimye kumubabwira mw’izina ariko nkazomubamenyesha vuba.
Twobamenyeshako Jay Fire ari umuririmvyi w’umurundi yakunzwe cane kubera indirimbo yitwa DADA LINDA na CORASONI.