Monday, September 26, 2022
HomeNewsJackline Wolper yashimye ibikorwa vya Happy Famba

Jackline Wolper yashimye ibikorwa vya Happy Famba

Nyuma yaho ashikiye ku butaka bw’ uburundi,umukinyi w’ amareresi akomeye cane wo mu gihugu ca tanzania ariwe jackline wolper abandanya yerekana ko akunda cane ibikorwa vy’ umuririmvyi w’ umurundi Happy Famba nkuko ikinyamakuru cacu ubmnews cavyiboneye
famba-na-jackline-wolper
Nkuko amakuru ikinyamakuru cacu gifise kandi gifitiye ivyemeza nuko jackline wolper yakunze amasanamu yose y’ indirimbo happy famba amaze gukora nkuko muvyibonera ngaho munsi ikindi agishika ku kibuga c’ indege ca bujumbura jackline wolper yaciye ashira ishusho ku rubuga rwiwe rwa instagram arikumwe nuyo muririmvyi aca yandika ko yamaze gushika bujumbura kandi ko arikumwe nuyo muririmvyi happy famba.
6 2
Ikibazo gihari turiko turibaza mbega yoba ari imigenderanire isanzwe canke hari icoba cinyegejw hagati ya jackline wolper na Happy Famba?

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...