JABE: Umuntu umwe niwe yaraye arashwe bimwe biteyubwoba.

0

Muri COMMUNE ya JABE nkuko bimaze iminsi bitifashe neza haba mumutekano canke mumibano yabo hagati yabanyagihugu hamwe n’abapolisi kuko ubu muriyo Komine hageze igihe cisaha cumi nazibiri zomw’ijoro atanumwe yemerewe kw’injira canke ngo asohohe.
hhhhh
Uwo mukobwa yitwa Linka Orly KABANGA yaraye agandaguwe yahora y’iga kw’ishure rya E.T.G
Ubwicanyi bukaba busigaye bwabaye ndanse aho ubu abantu bose baba mugisagara basigaye babayeho batekerewe n’ubwoba budafise uko buvurwa, kuko ata munsi wijana canke ijoro ngo rihere atamuntu agandaguwe.
Abanyagihugu twashoboye kuyaga nabo basanzwe baba ngaho muri Komune ya Jabe batumenyeshejeko atabandi bagandaguye uwo mw’igeme ko n’abapolisi bakoze iryobara, barangije bidogera ikiringo ca gatatu ca PETERO NKURUNZIZA ngo kwarico kiguma kibahekura amarira nayo akaguma aba ndanse mugihugu ngo cari citwa ko gifise DEMOCRATIE.