Friday, October 7, 2022
HomeNewsJ-Samson yasohoye video nziza cane yakataraboneka '' YESU NI NJIA ( Official...

J-Samson yasohoye video nziza cane yakataraboneka ” YESU NI NJIA ( Official Video )

Uwovuga yuko J-Samson ariwe muririmvyi wa mbere w’umurundi aba muri America aririmba indirimbo z’Imana agezweho murino misi ntiyoba abeshe, ibi bikaba vyibonekeza kukungene indirimbo zuno muririmvyi zibandanya gukundwa cane aho usanga abenshi bashimishwa n’ibikorwa vyuno muririmvyi.

Raba hano ino video yiwe nshasha yise ” YESU NI NJIA ” muko imeze neza cane.

Must Read

Cibitoke: Umusirikare umwe yarapfuye mu ntambara zabahuje mu kibira n’umuhari FDLR...

0
Umusirikare umwe niwe yahasize ubuzima uyundi arakomereka mu ntambara zimaze imisi mw'ishamba cimeza rya Kibira zihuza igisirikare c'uburundi hamwe n'umuhari w'abanyarwanda wa FDLR....