J samson – Bwana Asifiwe ( Official Video)

0

Umuririmvyi w’umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America azwi cane mu ndirimbo zo guhimbaza Imana , Jimmy Nyandwi aka ( J-Samson ) yashize ahabona amasanamu y’indirimbo yiwe nshasha ya Bwana Asifiwe.