Izina ry’urukurikirane rushasha rwa Sat-B ryamenyekanye

0

Nyuma y’iminsi itari mike abantu bibaza ibibazo vyinshi,bibaza ingene urukurikirane rushasha rw’umuririmvyi Bizimana Aboubackar Karoum abenshi bazi kw’izina rya Sat-B ruzoba rwitwa ubu vyamaze kumenyekana
sat-b
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,Sat-B akaba yamenyesheje ko urukurikirane rwiwe rushasha rugiye gusohoka kandi n’izina ryamaze gutorwa y’urwo rukurikirane,
Sat-B ati:vuba ndashira ahabona urukurikirane rwanje rushasha,urukurikirane ruzoba rwitwa ”Iwacu”

Tworangiza tubamenyesha ko Sat-B ari mw’ihiganwa rya Afrima