Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeNewsIzi nizo ndirimbo 10 za mbere zikunzwe kandi ziryoshe cane z'abarundi baba...

Izi nizo ndirimbo 10 za mbere zikunzwe kandi ziryoshe cane z’abarundi baba hano muri America ! Zirabe nawe hano !

Ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikunzwe cane gikorera hano muri Leta zunze ubumwe za America ” UBM News ” Murwego rwo gushigikira hamwe no kumenyekanisha ibikorwa vy’abarundi baba hano muri America, twagerageje gukora icegeranyo c’indirimbo 10 zaririmbwe n’abaririnvyi batandukanye b’abarundi baba hano muri America, ndetse izo ndirimbo akaba arinazo zikunzwe cane n’abarundi benshi baba hano , Muri runo rutonde rero twakoze, harimwo indirimbo 5 za mbere zikunzwe cane zo guhimbaza imana ikindi naco hagaca hongera hakabamwo izindi 5 za mbere zikunzwe cane n’abarundi benshi zaririmbwe n’abasani b’abarundi baba hano.

Indirimbo za mbere z’abarundi baririnvye izo guhimbaza Imana zikunzwe cane hano muri Leta zunze ubumwe nizi hano ” uru rutonde tugiye kubashikiriza nurwakozwe na UBM News

1. Birateye Isoni By Aline Vyuka (Official Gospel Video)

2. Nitamuhimidi Bwana Abel Nkurunziza HD 2013

3. Kama majaribu by Dr. A.B (Official Video)

4. Ee-baba-Jibu-Maombi by Methuselah Ft Juma

Ee baba Jibu Maombi

5. Mungu wangu nakupenda by Florance-Ft-Paul
florence

Florance Ft Paul

Runo rutonde narwo nurw’abaririnvyi babasani b’abarundi baba hano muri America ” Zino ndirimbo nizo za mbere zikunzwe cane kunvirizwa n’abarundi benshi baba hano muri Leta zunze ubumwe za America.

1. Umwambie by Mt number one(official video)

2. Umugani by GN feat Mt number one ”

3. Thinking about you by Babby

Thinking about you by Babby

4. T-man – Ntutinye Ft Msela Sellah and Marembo

ntutinye

5. Abanye-Politike-By-Daddy-Face

Abanye Politike By Daddy Face

Kuruhande rwa UBM News turashima intambwe bano baririnvyi bagezeko kandi tukaba tubasaba ko bokomeza kuko turabashigikiye cane !

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments