Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNewsIyi niyo mpanvu Sat -B akunzwe cane kurusha abandi '' ibanga akoresha...

Iyi niyo mpanvu Sat -B akunzwe cane kurusha abandi ” ibanga akoresha rituma aguma atera imbere ryamenyekanye riri hano !

Nyuma yaho UBM News twitegereje tukabona umuriririmvyi rurangiranwa agezweho w’umurundi ” Sat-B ” ariwe akunzwe cane kurusha abandi bose , n’acane cane hano muri America no mu Burundi kuko usanga indirimbo ziwe zikundwa kunvirizwa na benshi, Ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera hano muri Leta zunze ubumwe za America ” UBM News ” twashimye kuganira nawe tumubaza ibanga akoresha mukugirango umuziki akora ubashe kuguma utera imbere.

sat b

Mu kiganiro yakoranye n’umunyamakuru wa UBM News, uno muririmvyi yavuze ko gukunda hamwe no kwiyunvamwo ivyo akora ko biri mu bintu bituma umuziki wiwe uguma utera imbere.

Sat-B yagize ati : ikintu nyamukuru n’uko mbanza kwituma gukora ibintu kubera ndabikunda, ica (2) nuko ndirimba mu kirundi, 3. mfise iyindi shusho oft ndafis generation yanje abana bagishushe bakanakundisha abavyeyi babo umuziki wanje, GENERATION yaza 90 nka bose ni sat b, ni ukuvuga ko ikintu cose gifise umwanya waco.

UBM News twokwibutsa ko Sat-B ari umwe muba ”STAR ” b’abarundi bakunzwe cane, kuburyo aho uca hose hakoraniye abarundi usanga indirimbo ziwe arizo zikunzwe kuvuzwa cane.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments