UBM News ads
Saturday, March 2, 2024
No menu items!
UBM News ads

iyi niyo mpanvu ” Charles NDITIJE ” yatanze avuga icokorwa kugirango batsinde amatora.

Charles NDITIJE arongoye umugambwe UPRONA utemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati amenyesha ko bazokwitaba amatora barikumwe n’imigambwe ihurikiye muri ADC IKIBIRI n’abo bose bifuza ko ibintu vyohinduka mu matora yo mu mwaka 2015. Ngo niyo nzira yonyene yotuma imigambwe itavuga rumwe n’uwuri kubutegetsi itsinda amatora.

charle nditije

Ivyo yabishikirije mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru inyuma y’inama rukokoma y’umugambwe UPRONA urongowe na Concilie NIBIGIRA, aho abarikumwe na Charles NDITIJE batemerewe kuyijamwo.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments