UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Iyi niyo mpanvu ” Agathon Rwasa ” ariwe munyepolitique wa mbere aba mu Burundi afise abantu benshi bamukurikira kuri Facebook.

UBM News ads

agathon rwasa

Kugeza ubu nyakubahwa bivugwa ko ariwe aramutswa umugambwe FNL ” Agathon Rwasa ” nkuko vyibonekeza niwe munyepolitique akomejwe gukundwa n’abatari bake ndetse benshi bakaba banamusaba ko yo kwitoza mumatora y’imirije y’umukuru wigihugu yo 2015 .

Nkuko vyibonekeza, Abanamarimwe ba Fnl baba mubihugu vyo mubumanuko bwa Africa baripfuza yuko yokwitoza mu Kibanza c’umukuru wigihugu mumatora yimirije.

rwasa

UBM News twokwibutsa ko kugeza ubu yuko ”Agathon Rwasa ” kw’ariwe munyepolitique wa mbere aba mu Burundi afise abantu benshi bamukurikira kuri Internet aho kurubuga rwiwe rwa Facebook afise abarenga ibi ( 6000 Fans )

agathon

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments