Iyi niyandirimbo mwamye mudusaba muri benshi ko twobashirira kuri UBMNews” uno muhari usanzwe uzwi kwizina rya ” Angels Choir ” kandi ukaba ukorera hano muri Leta zunzwe ubumwe za America mugisagara ca ( San Antonio Texas ).
Imana ihezagire bano baririnvyi kandi ibongere imigisha mubikorwa basanzwe bakora vyamisi yose.
Recent Comments