Iyi Clip Video y’ umuririmvyi ndundi agezweho nta nkeka izoryohera benshi. Raba ngaha amashusho asukuye muzoyisangamwo.

0

Akes akaba ari umuririmvyi abandanyije akora cane, aho vuba yashize ahabona indirimbo ziwe ziryoshe cane kandi zirimwo ubuhinga budasanzwe, aho tukaba tuvuga indirimbo nka BIGARUKIRAHO, hamwe n, indirimbo KUBALI iriko irakundwa cane kandi igatuma abakunzi benshi b’ umuziki ndundi bamutera amashimwe kuri ako karirimbo karuhura benshi. Tutibagiye n’ utundi turirimbo twiwe twabiciye biracika nka KANYONI hamwe na SENGLETON.

11821367_730827113711213_1310024925_o

11806450_730827107044547_634156236_o

Inyuma yahoo ashiriye ahabona isanamu y’ indirimbo yiwe SALHA ahabona, ibandanya yerekanwa cane ku mbonesha kure zitandukanye zo mu Burundi kumbure igakundwa n’ abatari bake.

11801110_730827050377886_430412802_o

11793902_730827080377883_1252309703_o

Ntiyatevye, ubu akaba aheruka gukora akandi gasanamu k’ indirimbo yiwe KUBALI iheruka kuja ahabona. Ati kazobica bicike kandi akizeza abakunzi b’ umuziki ndundi y’ uko kazoba gasukuye kandi kazobaryohera. Ayo namwe mu mashusho yaranze ibikorwa vyo gukora iyo CLIP Video ya Akes.

11793762_730827030377888_283018461_o

11791056_730826930377898_745897880_o

11266446_730827087044549_1903415026_o

RABA NGAHA SALHA by AKES

[youtube id=”1aMw09udOw0″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]