Ivyo uno mu Pastori yavugiye hano muri The SYUB Show biratangaje ! Raba hano Full Interview !

0

Kurikirana ikiganiro mukunda muri benshi ca ” The SYUB Show ” aho uwukirongoye yashoboye kuganira numwe mu bakozi b’Imana bakorera hano muri America, muri kino kiganiro uraza kumenya vyinshi cane bijanye ningorane zikunze gushika mumashengero, impanvu ibitera hamwe nibindi vyinshi utaruzi.