UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ivyo umuririmvyi ” Small Dogg ” yavuze biratangaje ! Menya hano ivyo yavuze kuvyerekeye Hip Hop yo mu Burundi.

UBM News ads

Umuririmvyi akora neza cane muri ” HIP HOP ‘ y’uburundi ” Small Dogg , nyuma yo kubona ko umuziki wa HIP HOP bamwe bawufata nka Blague canke se abawukora bakabobona nkabanywarumogi, uno muririmvyi nyene ubwiwe avuga ko vyamurambiye cane ariko ngo aracafise icizere ko ibintu bizoteba bigahinduka.

small

Nyuma yo kuvuga ivyo, yanagiriyeho asaba ” Primusic ko yogira ico ihindura mu buryo ikoramwo, kuko ngo nabo barakeneye kwandikisha Rap mu mitima y’abarundi.

Small Dogg yagize ati : Muburundi nta HIP HOP yukuri yigeze ihaba,ivyo ndabivuga kubera abayikora benshi ntibayikunda kuko bobo barazamutse ariko yo yagumye hasi gushika nubu rap iracafatwa nka blague,vyabavoyoux,abanywarumogi,imburakimazi bigaca bituma underground king yama yitwa UP COMING ntiyigere aja kugwego.ivyo vyandambiye ariko harih icizere kuko aba promoters bariko baraza ubu baradutahura,aba fans nabo nyene.PRIMU**C Hindura game natwe twandikishe rap yacu mumitima yabarundi.NINDE TURI KUMWE MURURU RUGAMBA???HIP HOP HOLLAH

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments