UBM News ads
Friday, December 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ivyo Barack Obama yakoreye President w’uburundi umusi wa mbere babonana biratangaje ! Raba hano nawe muko vyari bimeze.

Wari umunezero udasanzwe ndetse vyari biteye igomwe kubona nyakubahwa umukuru w’igihugu cacu c’uburundi igihe yaja munama y’abakuru b’ibihugu batumweko na nyakubahwa umukuru w’igihugu waha muri America ” Barack Obama

barack Obama

UBM News kubushakashatsi twakoze twasanze aribwo bwa mbere nyakubahwa umukuru w’igihugu cacu cu Burundi ” Petero Nkurunziza yarabonanye na President w’igihangange hano kwisi yose waha muri America ” Barack Obama, ariko kandi ikindi kinezereje ni ukuntu yakiriwe, aho yahawe icubahiro bimwe bishimishije, ikindi naco ku makuru atugeraho kano kanya aravuga ko ikiganiro bakoranye bose ko cagenze neza cane.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments