Hamenyekanye abaturiye imangazini T2000 i Bujumbura ” soma ngaha mwumve

0

Nkuko twahishikiye T2000 iriko irasha twarashoboye kubona umuriro wiyadukije muriyo soko ukaba warashoboye guturira ibidandazwa bitari bike bisanzwe bidandarizwa muriyo nyubakwa.

2

Gusha kwino manganzini ya T2000 kuje kwiyongera kumasoko arenga 4 amaze gusha, naho Uwurongoye Igipolisi gikingira impanuka yarashoboye guhumuriza abarongozi ba T2000 aho yabahojeje ababwira ko yifadikanije na Reta.

1

Benshi bibaza ko T2000 toba yaturiwe nabagizi banabi ariko Abakozi bo muri iyo mangazini mbere n’igipolisi bemeza ko uwo muriro waturutse ku mpanuka y’umuyagankuba w’ikigo kiwutanga Regideso.

UBM News Twobamenyesha ko n’icegera c’Umukuru w’Iguhugu ca mbere ariwe Gaston SINDIMWO yari yahishikiye kuraba iryo bara ryari ryabaye, akaba yamenyesheje abamenyeshamakuru baraho ngo ako nagahombo katagira uko kangana.

3

isoko

t3