CNDD-FDD yasohoye itangazo rijanye n’ubwicanyi bumaze iminsi buba mu gisagara ca Bujumbura

0

Umugambwe CNDD FDD wasohoye itangazo kuruno wa gatatu  igenekerezo rya 16/9/2015 aho wiyamiriza kubwicanyi bumaze iminsi buba hano mu gisagara ca Bujumbura.

Umukuru wuyo mugambwe akaba yamenyesheje ko ubwo bwicanyi bwohagarara hama abarundi bakaba mu mahoro n’umutekano ntangere,umukuru wuyo mugambwe akaba yamenyesheje kandi mcndd ko ababijejwe bariko barakora uburyo bwose kugira ngo abo bakozi bikibi bafatwe hama bahanwe n’amategeko.

Umugambwe CNDD FDD ukaba wanahojeje imiryango imaze kubura.