Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNewsIsi yaheze '' Umuhungu hamwe na mushiki we bafashwe bariko barasambanira...

Isi yaheze ” Umuhungu hamwe na mushiki we bafashwe bariko barasambanira hamande y’urushengero ” iyi ibaye incuro ya 3 babikora.

Christopher Buckner Umukobwa w’imyaka 20 yamavuko hamwe na musaza we Timothy Savoie w’imyaka 25 baba hano muri Leta zunze ubumwe z’Amerika bakurikiranyweho icaha co gukora imibonano mpuzabitsina mu modoka, aho rero ivyo bakaba barabikoreye hafi y’urushengero rw’ababatista ( Country Side Baptist Church ).

BAFA

Aba bose baravukana bishatse kuvuga ko ( Umuhungu yaryamanye namushikiwe ) kuko bose bavuka kubavyeyi bamwe , iyi ngo yari incuro ya gatatu bafashwe kuko aha imbere bigeze kubikorera hamande ya kiliziya ariko ngo baratinya kubikorera mu rugo kuko batashaka ko hagira numwe yobimenya.

Uyu mushiki na Musaza baba mwi ”State ” ya Georgia hano muri America bo ubwabo bavuga ko impamvu bakoze ibi bintu yuko ari ukubera Movie baravye irimwo amafoto y’urukozasoni yitwa “The Notebook”

Ku ncuro ya gatatu, mu gitondo imbere y’urushengero polisi niyo yahabavanye ibatesheje ivyo bariko barakorera imbere y’inzu y’imana mu kimodoka ca tractor ariko kandi ikindi kintu gikomeje gutangaza ndetse no kwibazwaho na benshi ni uburyo umuhungu hamwe na mushiki we bokora imibonano mpuzabistina kandi bavukana ndetse bagca bongera bakabikorera hamande y’urushengero rw’Imana.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments