Big fariouz hamwe na matabaro bariko barakora amasanamu y’indirimbo yabo bise feelings. iyo ndirimbo ikaba izobonekamwo umukobwa azwi kwizina rya Inès musabe aheruka kuboneka muri changu ni changu ya matabaro na R-flow.
big fariouz rero muri make nkuko tugenda dukurikirana umuziki w’abarundi, tubona ko afise bishasha muzobona, aho twovuga nka whats my name hamwe chinette yakoranye na Q-boy, izo ni clip zishasha ziri munzira hamwe niyo arikumwe na matabaro.
Recent Comments