ISAKWA: Ibigwanisho bitari bike vyatowe muri Commune ya Buyenzi.

0

Mugitondo cokuruyu wa gatandatu hatowe ibigwanisho bitari bike muri Commune ya Buyenzi isanzwe iri mugisagara ca Bujumbura.

10

Nkuko ikinyamakuru canyu UBM NEWS cashoboye kubaza uwusanzwe ari umuvugizi w’igipolisi ariwe Pierre NKURIKIYE yatubwiye  yuko ubwicanyi bumaze iminsi buriko buraba ahanini ari abanyagihugu  bagitunze ibirwanisho bicira umuriro.

cccccc

ccccccc

Ariko abanyagihugu suko babibona bo batubwiye yuko iyi ari imitwe bakoresha kugira berekana ibirwanisho baba batoye kugira bace babeshera umunyagihugu kwariwe atunze ikirwanisho.

102

Tworangiza tubamenyesha ko ibirwanisho atari ubwambere bitowe kuko mundwi irangiye baheruka gusaka Commune ya CIBITOKE naho nyine baka baratoyeyo ibigwanisho bitari bike.