Iry Tina yoba yataye akaranga?

0

Umuririmvyi w’ umurundikazi iry tina abandanya ashira hanze amafoto atandukanye ku mbuga ziwe,aho kenshiiiiii usanga ashira hanze amafoto yambaye uduhuzu tubonerana,ivyo rero bikaba bitera amakenga abakunzi benshiiiii b’umuziki ndundi aho benshii babandanya bibaza ibibazo vyinshiii

Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba caramwegereye uyo muririmvyikazi kimubaze kuri ayo mafoto amaze iminsi ashira ku rubuga rwiwe ariko tukaba twaramukenye

Ikinyamakuru ubmnews kikaba kibemereye ko kigiye kumurondera kugira ashobore guha umuco abakunzi b’ umuziki ndundi