Inyuma yo kuvurwa y’ uko umwana atari uwa Diamond , raba hano ivyo yaciye ashira kumugaragaro

0

Diamond Platnumz hamwe na Zari Hassan bakaba aribo vyamamare baheruka kuronka ikibondo, ivyo bigatuma bavurwa cane mu bitangaza makuru.

Inyuma yaho Diamond na Zari bashiriye ahabona umwana wabo bise Princess Tifa Dangote. Hagiye havurwa y’ uko uyo mwana ashobora kuba atari uw’ igihangange Diamond Platnumz.

howwe_e0e28452229af52e70f87dd03c3a30c2_1439206065

Gusa naho vyagiye bivurwa uko, umuririmvyi Diamond Platnumz ntivyigeze bimutera ingorane ngo ku bwiwe ayo majambo ntaco amubwiye kuko yaravuzwe na Princess Tifah ataravuka. Ku musi ku musi Diamond akaba abishura mu gushira ahabona ishusho ari kumwe n’ umwana wiwe.

fMn6wbE

E2B6LrS

FNyHZV9