Intamba mu rugamba zirizeye intsinzi ku rukino rwa Congo.

0

Umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu rugamba zirizeye intsinzi ku rukino ruzobahuza n’umugwi w’igihugu ca Republica iharanira Democratie ya Congo kuruyu wa kane ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore nkuko bamwe mu bakinyi basshoboye kubishikiriza ikinyamakuru canyu ubmnews.
intamba
Abo bakinyi bakaba bavuzeko baravye imyiteguro bariko barakora muri kino gihe barizeye ko bazoshobora kuronka intsinzi ku munsi wa kane mu rukino ruzobahuza na Congo ya Florent Ibenge.
intamba mu rugamba 6
Tworangiza tubamenyesha ko urukino rwo gusubiriza ruzoca ruba kw’igenekerezo rya 15/11/2015 mu gihugu ca Congo kinshasa.