INTAMBA MU RUGAMBA ZARAYE ZIRAHIYE SYCHELLE 1-0

0

Umugwi nserukira gihugu ‘uburundi INTAMBA MU RUGAMBA waraye utsinze umugwi wa SYCHELLE 1-0 bawusanze iwabo mu gihugu ca SYCHELLE.
article
Abakinyi batanguye mu kibuga ku ruhande rw’uburundi ni:
Arakaza Mac Arthur
Issa
Frederic
Kiza Fataki
Karim Mackenze
Pierrot Kwizera
Fuadi Ndayisenga
Papi Fati
Fiston Abdoulazak
Amissi Cedric
mu rugamba
Igitsindo c’umugwi nserukira gihugu w’uburundi INTAMBA MU RUGAMBA catsinzwe n’umikinyi Abdoulazak Fiston.