Ino Video uyibonye iratangaje : Muri Nigeria Inyoni yariko iraguruka hanyuma ishitse hasi ica ihinduka umuntu !

0

Ibi vyabereye muri Nigeria kumurwa mukuru wa Lagos, aho inyoni yagurukiye hasi ariko igezeho igaca ihinduka umunyokuru wumu mama akuze, nkuko bivugwa na kimwe mubinyamakuru bikorera mu Nigeria ndetse bikemezwe numwe yavyiboneye we avuga ko, uno mugore ngo yababwiye yuko yaragiye kwirabira umukobwa wiwe, benshi rero bikaba bikomeje kubatangaza ndetse bakaba bavuga ko uno mugore yoba ari umurozi.