Ino video nsha ya ” Msela Sellah ” ikomejwe gukundwa n’abantu benshi ” Nawewe nuyirabe hano

0

Ino Video nsha y’umuririmvyi w’umurundi aba hano muri America ” Mselah Selah ” ikomejwe gukundwa n’abantu benshi bivanye nukuntu iryoshe ndetse ikaba inakoranye ubuhinga bugezweho.