Innocent Muhozi : Ibibazo biri mu Burundi ntibiterwa na Agathon Rwasa

0

Umuyobozi wa Radio na Television – Renaissance ” Innocent Muhozi avuga ko ibibazo biri mu Burundi bidaterwa na Agathon Rwasa nkuko benshi bavyibaza nyuma yaho agiriye mu nama nshingamateka.

rwasa

Kubwa Innocent Muhozi , we avuga ko abafungwa bahorwa ubusa hamwe nabahunga ko bidaterwa na Rwasa ariko ngo ni ubutegetsi buhari butameze neza.

[youtube id=”sLVwTTofZMw” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]