Inkino z’ ubushikiranganji zaraye zibandanije ku kibuga ca PARK.

0

Inkino zitegurwa n’ ubushikiranganji zaraye zibandanije ku kibuga ca Park hari ku munsi w ejo igenekerezo rya 17/9/2015.
Ku munsi w’ ejo hakaba habaye urukino rw’ umupira w’ amaboko(BASKET BALL),urukino rwahuje ubushikiranganji bwo gutumatumanako amakuru hamwe n ubushikiranganji bw’ uburimyi n’ ubworozi.
BASTK
Urwo rukino rukaba rwarangiye umugwi w’ ubushikiranganji bwo gutumanatumako amakuru butsinzwe n’ubushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi ku manota 60 kuri 69.
JDD
Twobamenyeshako izo nkino zateguwe n’ ubushikiranganji zikibandanya ku bibuga bitandukanye.